RTNB Radio 1 est une station de radio nationale du Burundi (RTNB) qui a été créée en 1960 et diffuse les informations sont diffusées en kirundi, français et kiswahili.

Slogan: "Au service de la Nation"

Genre: Burundi.

Data: 1960

Frequence

  • Inanzerwe 88.4 Fm
  • Kirundo 88.8 Fm
  • Kabere / Nyamike 91.5 Fm
  • Birime 94.2 Fm
  • Inanzerwe 94.7 Fm
  • Manga 95.6 Fm
  • Bujumbura/Kabondo 102.9 Fm

Présentation

Avis sur RTNB Radio 1

  • KIYAGO ANGELO
    Ingozi muri Commune Tangara Zone Kananira umutumba Kamira turabumva ijana kwijana
  • NTEZIHIGO Joseph
    Ndabumva neza cane 7sur 7 et 24 sur 24h!!
  • alexiskanuma5@gmail.com
    turashimishwa cane nibiganiro bica kuri RTNB kuko twebwe turi mumakumakungu biratunezera cane iyo twumvise abavuga ururimi kavukire
  • ndayizigaonesime9@gmail.com
    merci yezu hezagire radiyo yacu y'ihihugu cacu
  • NDIKUMWAMI Didace
    Ndaryohewe cane sinari bwayumve nciye Kiri internet
  • nitwa manirakiza desire mvuka karusi .commune nyabikere..ubu ndi Swaziland
    ndashimira radio rtnb kubiganiro vyinkoramutima mudushikiriza...birinwo akanovera.,ndatahije mon per Athanase .na mer yitwa anne .. nabo tuvugana Bose .bari inyabikere zone maramvya karitie gahekenya.
  • Paul Nshimirimana
    Ndi Paul mbamuri africa yepfo ndabashimira cane kutugezaho ibiganiro vyiza vyinkino
  • Kezamutima - France
    Ndabaramukije abakora kw'isamirizi y'Uburndi. Ibiganiro mudushikiriza biraturyohera, nacane cane ibivuga kukaranga kacu (abarundi). Ndashaka ko mwonyibutsa amasaha yikiganiro c'imigani nibitito. Bishobotse mukabishira no muri archive kuri site ya radio, kugira ibiducitse kubera umwanya dushobore kubisangaho, Murakoze.
  • Niyoyankunze eric Rutana
    Radio yacu turayikunda Ndatahije abanz bose kwizina avuk mugakwende commune gitanga inyarutana Iyisaha mbarizwa muri ZAMBIA RADIO YACU NDAYUMVIRIZ ONLINE
  • kanuma alexis
    kubwanje abavyeyi bafise ingeso yukuba intambamyi murukundo rwabana bovyihoza, mbe ko uyumunsiko ushobora kuba utunze ejo ugakene none woca uja gukurayo uwomwana washingiye aho ngo nuko vyahindutse bagakena. icociyunviro ndakibayerereye ndi Somalia