Iradukunda Aristide
9 septembre 2023
Ndakunda cane radio Maria Burundi numuvyeyi wacu Bikira Maria aninahazwe
Nibituronsa Alexander
10 juillet 2023
ndabakunda can Imana ikomeze kubagirira neza
Jean Vivien BARAKAMFITIYE
30 mai 2023
ndakunda radio Maria
Fabien Edouard nzambimana
17 mai 2023
Radia maria bdi ndayikunda cane kuko niho nduhukira
Ibiganiro ishikiriza birashika kunyota.
Ndikunkiko elias
6 mai 2023
Messe du jour ala radio Marie Burundi
NDIHOKUBWAYO Justin
3 mai 2023
bonjour,le constant que je vois,c'est qu'est difficile de telecharger la radio via play store
Pontien Benevole
3 mai 2023
Radio Maria Burundi iradiyo yanje nkunda
CIZA Ezéchiel
23 avril 2023
J'aime beaucoup la Radio Maria Burundi avec ses émissions intéressantes
Jocelyne
7 avril 2023
Radio Maria burundi irandemesha cane ndunva i misa n'ibindi biganiro vyose. Eka aho ndi ndaremye n'imukore muri uwo murimo w'Imana
Ntakarutimana Dieudonné
30 mars 2023
Ndakunda isamirizi yumuvyeyi wacu bikira maria.ndabakurikira 5/5 nkaba ndi kumugabane wa asie